3/29/2012

Urugendo Rwa Papa muri Cuba

Papa Benedicdo wa 16 muri Cuba ku kibuga cya Revolution square

Mu Urugendo rw'umushumba wa Kiliziya Gatolika ku isi yagize muri iki gihugu ari nabwo yasomye misa mu rurimi rw'iki espagnol, Papa yahamagariye abategetsi ba Cuba kwagura uburenganzira bwa Kiliziya katolika muri icyo gihugu.

 Umushumba wa KIliziya Gatolika kandi Yasabye leta kubaha uburenganzira bwo kwigisha ijambo ry'Imana mu mashuri, no kuyobora ibigo vya kaminuza.

Mu misa irangiza urugendo rwe rw'iminsi itatu, yanitabiriwe n'abantu barenga ibihumbi magana atatu.umushumba yakomeje uruzinduko rwe aho hari hanitezwe ko uwahoze ayobora ico gihugu Fidel Castro agomba kubonana n'uwo mushumba bukeye bwaho.

No comments:

Post a Comment